suj_mrk_text_reg/06/18.txt

1 line
358 B
Plaintext

\v 18 Kubela Yohana yalamubwiye Herode, "Sivyiza kumwimula umugole wa musazawe." \v 19 Aliko Herodia yachiye amwanka na yali meze ashaka kumwicha aliko ntiyashoboye, \v 20 Kuko Herode yala mutinye Yohana yalamenye yuko niwene afishe ukuli umuntu mwelanda na yamusize akomeye. Na amaze kugumisha alamwumviliza yalababaye chane, aliko yalanezewe ku mwumviliza.