suj_mat_text_reg/26/59.txt

1 line
363 B
Plaintext

\v 59 Ahonyene abakulu babahelezi nabichaye bose balimwo balalondela ivyemezo vyububeshi kuduza kwa Yesu, kugira boshobole kumwicha. \v 60 Aliko baliyeleche ivyemezo vyishi, aliko ntibalo se ikintu chochose. Aliko hanyu bivyemezo babili baliyeleche imbele. \v 61 Nukuvuga, "Umuntu yuno yavuze, "Ndoshobola kuhenula ikanisa dyimana nukuyu baka kandi kumisi itatu."