suj_mat_text_reg/26/27.txt

1 line
331 B
Plaintext

\v 27 Alotola ikikombe nukushima, nukubaha nukuvuga, "Nimunywe mwese kubela kino. \v 28 Kubela lino namalaso yisezelano dyanje, izakuseseka kubela beshi kukigongwe chichaha. \v 29 Aliko ndababwira, sindonywa kandi ivyama vyu muzabibu wuno, kugela umusi wudya hindoba nimwo nanywa kishasha hamwe namwe kubela ubwami bwa daha wanje."