suj_mat_text_reg/03/07.txt

1 line
395 B
Plaintext

\v 7 Aluko amaze kubabona beshi baba Falisayo na basadukayo baje iwiwe kubatizwa, alababwila, "Mwebwe uluvyalo gwizoka kwisumu ninde aliwe yobahanya kwiluka isha vuligiye kuza? \v 8 Nimuvyale ivyamwa bikwiye kwihana. \v 9 No ntimwilumvile nukuvugana mulimwe bwe,Tulafishe abulahamu alinke daha wachu, kubela ndababwila yemwe ima ila shobola kumubwila ibulahimu abana nukugila kuva kumabuye ayo.