\c 14 \v 1 Hanyuma mulicho kihe, Herode yumvishije hejulu ya Yesu. \v 2 Alababwila abakozi biwe, "Uyu ni Yohana abatiza yazutse kuva mubapfuye kulivyo izo nguvu ziliho hejulu yiwe."