suj_mat_text_reg/13/54.txt

1 line
351 B
Plaintext

\v 54 Hanyuma Yesu arashika mumukowagwi we yigishiriza abantu mwisinagogi ichavuyemwo baratangara baravuga, Ni hehe uyu muntu hoyakuye ububwenge nibi bitangaza? \v 55 Uyu muntu su mwana wumubaji? Mariya si nyina wiwe? Na benewabo si Yakobo, Yusufu, Simoni na Yuda? \v 56 Na Bashikiwe turinabo hano iwachu? None rero uyu muntu yayakuye hehe aya yose?"