\v 18 Rero ni mwumve umugani wumubivyi. \v 19 Mukihe uwowewese yumva ijambo dyi Bwami na wimenye, niho wa mubi aza akasakura ikibibwe mumuti8ma wiwe iyi ni nyidya mbuto yatewe impande yinzira.