suj_mat_text_reg/26/36.txt

1 line
354 B
Plaintext

\v 36 Hanyuma Yesu yalagiye na bene ahantu hitwa Gethsemane na kubabwira abigishwa biwe, "Nimwichare hano ahondimwo ndagenda hiyo nukusenga." \v 37 Alamutwara Petro na bona babili bumwa Zebedayo nuku tangura kubabazwa nu kunamba. \v 38 Hanyuma alababwira umutima wange ulababajwe chane nyene, kushaka yuko ndopfa. Aliko hano mulale mulasenga hamwe nanje.