suj_mat_text_reg/26/33.txt

1 line
317 B
Plaintext

\v 33 Aliko Petro yalamubwiye, "Naho baza kukwanka kubela ibintu vyuza kulonka, jewe sinda kwanka. \v 34 Yesu ala mwishula nukuli ndakubwira, mwilijoro hatalabika isake italabika, ulampakana katatu." \v 35 Petro alamubwira, "Naho jewe ndoshaka kupfu nawe sinda kwihakana." Nabigishwa abandi bose balavuga kutwo nyene.