suj_mat_text_reg/18/04.txt

1 line
282 B
Plaintext

\v 4 Wewe yiyotosha nku mwana muto, umuntu nkuyo ni mukulu mubwami bwo mwijuru. \v 5 Nuwo wese yakila umwana muto kwizina dyange yakila jewe. \v 6 Aliko wewese achitaza yumwe mulaba bato banyizela haba vyiza kumuntu nkuyo kuhambigwa ulubengo mwisozi dyiwe, akibizwa munyanza hagati.