suj_mat_text_reg/19/16.txt

1 line
283 B
Plaintext

\v 16 Reba haza umuntu yumwe kwa Yesu na aravuga, "Mwigisha nikintu nyabaki chiza nshakigwa kukora kugira mbe nubuzima butahera?" \v 17 Yesu aramubwira, "Kubera iki umbaza ni kirintu nyabaki chiza? Hari yumwe gusa arimwiza, ariko nimba ushaka kuronka ubuzima, fata amategeko yi Mana.