suj_mat_text_reg/19/28.txt

1 line
255 B
Plaintext

\v 28 Yesu arababwira kweli ndababwira uwa nkurikiye jewe, muruvyaro rushasha ikihe umwana wumuntu azovyagira ku ntebe yubwiza bwiwe, namwe kandi muzovyagira hejuru yibitebe chumi na bibiri vyubwiza, muchire urubanza ubwoko chumi na bubiri bwa bisirayeli.