suj_mat_text_reg/27/62.txt

1 line
465 B
Plaintext

\v 62 Umusi gwakulikiye aligo gwali umusi hanyuma yokwite gula, abakulu bamakuhani naba falisayo balegelanye hamwe kwa Pilato. \v 63 Bala mubwila, "Umwami tulibuka yuko umwanya gudya umubeshi hoyalikili akomeye yalavuze hahoye imisi itatu aluzuka kandi. \v 64 None lelo, tuma yuko imva iragigwe neza kugira imisi itata. Ahandilelo, abigishwa biwe boshola kuza kumwiba nukumu vuga kubantu, yazuche kuvamubapfuye, nububeshi bwimpela bulobabubi kusumba budya bwambele.