suj_mat_text_reg/27/32.txt

1 line
324 B
Plaintext

\v 32 Bamaze kuva hanze, balamubonye umuntu kuva kilene krenezina dyiwe Simioni, aliwe yamugobe reje kugenda nawe bkugila alonke kuheka umusala gwiwe. \v 33 Hobagela ahantu hitwa Golgotha, bisobanula yuko, ahantu homagufa mutwe. \v 34 Balamuhaye isiki ivanga nyijwe ni nyongo anywe. Aliko amaze kubonza, ntiyashoboye kunywa.