suj_mat_text_reg/25/37.txt

1 line
423 B
Plaintext

\v 37 Niho abukuri bajomwishara nokumubwira, mwami ni dyari twa kubonye ukishe inzana, nokukurishachanke nufishe inyota nokukuha amazi? \v 38 Ni dyari wari umushichi naturakukaribisha? Chanke uriguse natura kwambika impuzu? \v 39 Nidyari twakubonye urumugwayi chanke uri mukifungo turaza kukuraba? \v 40 Numwami azobishura nokubabwira, nukuri ndababwira, icho mwakoze ngaha kurumwe muri bene wachu batoyi, mwabikoreye jewe.