suj_mat_text_reg/08/16.txt

1 line
253 B
Plaintext

\v 16 Hasohoye kumugoloba abantu bazanila Yesu abantu benki bingiwemwo na mashinga. Yilukana amashinga na bagwaye alabakiza. \v 17 Kulibi yasoholewe ni vyavugishijwe numuvugishwa ni Mana Isaya, "Wene nyene yatwaye ubu muga bwachu yikolela igwala zachu."