suj_mat_text_reg/02/13.txt

1 line
465 B
Plaintext

\v 13 Hanyuma hobali bagiye, malaika bumwami yala mubonekeye Yusufu mukulota nu kuvuga, "Vyuka mutwale umwa na nayina wiwe none mwilika misili musigale hiyo kugela hondo babwila, nokubela Herode alomulondela umwana kugila amwiche. \v 14 Mwijo idyo Yusufu yala dyuche nukutwe la umwana na nyina wiwe nukwilika misili. \v 15 Yabaye hiyo kugela hoherode hapfa. Lino dyakwijije kidya umwami chotali yalavuze kuhita muba vugishwa, "Kuva misili ndahamegaye umwana wanje.