suj_mat_text_reg/26/20.txt

1 line
279 B
Plaintext
Raw Normal View History

\v 20 Imaze kusohora kumugoloba, yalichaye kudya ivyo kudya hamwe nabadya bigishwa chumi na babili. \v 21 Balimwo baladya ivyokudya, yalavuze, aliko ndababwira yuko umwe mulimwebwe alonguza." \v 22 Balababaye chane, kilamuntu yalamanjije kubaza, "None nubushobozi sijewe, mwami?"