2022-08-01 12:45:37 +00:00
|
|
|
\c 25 \v 1 Niho ubwami bwomwijuru buzo susanywa ni nkumi chumi batwaya matara yabo bachabagenda kumwakira umukwe. \v 2 Batanu muribo bari ibijuju na bandi batanu bara banya bwenge. \v 3 Inkumi zibijuju bamaza kutwara amatara yabo ha ntibatwaye mwo amavuta. \v 4 Ariko abakobwa bubwenge batwaye ivyombo bifishe amavuta hamwe namatara yabo.
|