2022-07-30 07:36:31 +00:00
|
|
|
\v 15 Nuko nimwamara kubona ugwanko nubwo none kare, bwavuzwe numuvugishwa Danieri buhagaze aho hejejwe! Uwusoma namenye! \v 16 Niho abari muri Yuda bazo kwirukara imisozi. \v 17 Nudya azoba hejuru kunzu ntazoshobora kwururuka hasi kutwara ikintu ichochose kuva imbere munzu yiwe. \v 18 Nudya are numurima ntazo garuka kutora impuzu yiwe.
|