suj_mat_text_reg/03/13.txt

1 line
295 B
Plaintext
Raw Permalink Normal View History

\v 13 Maze Yesu alaza kuva Galilaya kugela kumwonga wa Yordani kubatizwa na Yohana. \v 14 Aliko Yohana yashaka kumubuza kuvuga, "Jewe ndashaka kubatizwa nawe, nawe ulaza iwanje? \v 15 Yesu alishula avuga lekula ube guti none no kubela ho bitukwioyi kukwiza ukwikose, "Bikwiye Yohana alamulekula.