\v 9 Naladyandikiye ihunlo ijambo ntuzenya aliko Diotrofe; akunda kuba uwambele muribo, ntiyumuikana na twebwe. \v 10 Nkuko ninaza ndowibuka ibikogwa vyukora nkuko uvuga amajambo mabi avyulanye natwe. Ntarashima ibi bikogwa, wene nyene ntiyakila benewabo. Kandi alabuza abandi bamwe biofuza kubakaribisha abo benewabo no kubabinga bave mwidyo hulilo.