\v 8 Kububtu mwarakijije kunzira yo kwizera nibi nivyvuye kuli twebwe. Ni mhano yi mana. Ni \v 9 biva mubikogwa, mubivamoni habehoumuntu wesi wokwiyemela. \v 10 Kubela twebwe tuli umulimo wi mana, twalemw muli Kristo Yesu dukole ibikogwa vyiza. Ni ibikogwa vyimana yategeche kuva kela kubwachu, kugila tugende mulevyo.