1 line
520 B
Plaintext
1 line
520 B
Plaintext
\v 13 Mwubahe vyabakulu bisi bavuze kubwimana, yobu Umwami, chankwe umukuru uwewe si wi gihigu, \v 14 Nimba arabatwazi batumwe kubahana kubibi badya vyomwakoze chankwe kushimagiza badya bakora ivyiza. \v 15 Kubere ariko lmana, ikunda yuko gukora ivyiza kwanyu kunumiha ibikogwa bibi vyaba nyavyaha babajuju. \v 16 Nkabantu batari mumwidengevyo ntimukoreshe umwidengevyo wanyu nkigifu ndikizo mubichumuro kiretse mube nkabakozi Bimana. \v 17 Mwubahe abantu bose. Kandi mubakunde wenewanyu tiye lmana kandi mwubahe Umwami. |