parfait-ayanou_rw_rom_text_reg/03/27.txt

1 line
220 B
Plaintext

\v 27 None se, twokwirata iki? Ntaco kubwa agahe mategeko? Kubwi iyihe mirimo? Ntayo, ahubwo ni kubw'itegeko ryo kwizera.\v 28 Tugambye rero ko umuntu abaga umukiranutsi kubera kwizera, atari kubera imirimo y'amategeko.