1 line
308 B
Plaintext
1 line
308 B
Plaintext
\v 8 Tugambe iki none? Mbesi amategeko n' icaha? Oya. Iyo amategeko gatabaho, ntaho nari ndamenya icaha. Kuko ntaho narikumenya niba irari ar'iki, amategeko ataba garagambye ngo; " Ntukifuze." \v 7 Ariko ibyaha byishingikirije amategeko nyuma bizana muri njewe irari. Hatari ho amategeko icaha kiba gipfuye. |