auto save
This commit is contained in:
parent
be39877cf5
commit
a176f1e698
|
@ -1 +1 @@
|
||||||
Uburakari bw'Imana, bwigaragaza buva mw'ijuru kubyo kurwanya icaha cose no gukiranirwa kwose, gukorwa n'abantu, n'inzira zabo mbi
|
Uburakari bw'Imana, bwigaragaza buva mw'ijuru kubyo kurwanya icaha cose no gukiranirwa kwose, gukorwa n'abantu, n'inzira zabo mbi zihisha ukuri. Imana irabahana kuko ibyagombaga kumenywa nk'Imana byarabahishuriwe. Kuko Imana ubwayo ariyo yabibashoboje.
|
Loading…
Reference in New Issue