1 line
333 B
Plaintext
1 line
333 B
Plaintext
\v 21 Yesu ava aho hantu yigira hakurya hafi ya Tiro na Sidoni. \v 22 Umugore wu munya kanani aturuka hakurya, arikwabira cane ngo: Mbabarire, nyagasani, mwene Daudi, umuhara wanje yafashwe na madayimoni. \v 23 Ariko Yesu ntaco yamushubije, abigishwa be baraza baramuhendahenda ngo: Nyabuneka mu mubyire agende kubera arikutuyombera. |