faustin-azaza_rw_2co_text_reg/03/04.txt

1 line
324 B
Plaintext

ico nico gihagararo cacu dukuye muri krisito imbere y'Imana. Si ko dushoboye ku ngufu zacu gutekereze no gukora icari co cose ngaho twishoboje , ariko ingufu zacu zwanga ku Mana . Yaradushoboje kuba abakozi b'isezerano risha , bitavuya ku bamwe ariko bivuye mu mwuka , kubera ko ibarwa zicaga ariko ubuzima buvaga mu mwuka .