faustin-azaza_rw_2co_text_reg/06/01.txt

1 line
348 B
Plaintext
Raw Permalink Normal View History

2016-11-23 07:00:24 +00:00
\v 1 Kubera ko dukoraga hamwe n' Imana , turikusaba ko mutabona ubuntu bw'Imana mutabukoreye .\v 2 Kuberako byandistwe ngo : "Mugihe kiboneye narakumvishije , ku musi gw'agakiza naragutabaye ,Reba rero igihe gikwiriye , guno ni go musi gw'agakiza. \v 3 Ntaho dushiraga ico kubasitaza imbere yanyu kuko ntaho dushaka ko akazi kanyu kogira umugayo.